-
Abacamanza 9:25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Nuko abatware b’i Shekemu bashira hejuru ku misozi abagabo bo kumugirira nabi, bakaza barasahura umuntu wese aciye ku nzira hafi yabo. Abimeleki arateba arabimenya.
-