Abacamanza 9:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Nuko barasohoka, baja gusoroma inzabibu mu mirima yabo, baziganisha ibirenge. Baraheza binjira mu rusengero rw’imana yabo+, bararya baranywa maze batangura kuvuma Abimeleki.
27 Nuko barasohoka, baja gusoroma inzabibu mu mirima yabo, baziganisha ibirenge. Baraheza binjira mu rusengero rw’imana yabo+, bararya baranywa maze batangura kuvuma Abimeleki.