-
Abacamanza 9:36Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
36 Gayali ngo ababone, aca abwira Zebuli ati: «Ehe bariya bantu bariko baramanuka bavuye hejuru mu misozi.» Mugabo Zebuli amwishura ati: «Wewe ubona ibitutu vy’imisozi ukagira ngo ni abantu?»
-