Abacamanza 9:45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 Abimeleki arwana n’abo muri ico gisagara uwo musi wose gushika agifashe. Yica abaho bose, igisagara na co agisiturira hasi+, araheza akirundamwo umunyu.
45 Abimeleki arwana n’abo muri ico gisagara uwo musi wose gushika agifashe. Yica abaho bose, igisagara na co agisiturira hasi+, araheza akirundamwo umunyu.