-
Abacamanza 9:48Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
48 aca adugana n’abari kumwe na we ku musozi Zalumoni. Atora ishoka aca ishami ry’igiti, aryiremeka ku rutugu. Maze abwira abari kumwe na we ati: «Murabonye ivyo nkoze? Namwe rero nimunyarutse mugire nkanje!»
-