Abacamanza 9:51 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 51 Abagabo n’abagore bose n’abatware b’ico gisagara bose baca bahungira mu munara ukomeye wari hagati muri co. Biyugaranirayo maze burira hejuru kuri wo*.
51 Abagabo n’abagore bose n’abatware b’ico gisagara bose baca bahungira mu munara ukomeye wari hagati muri co. Biyugaranirayo maze burira hejuru kuri wo*.