-
Abacamanza 9:54Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
54 Abimeleki aca ahamagara ningoga uwari amutwaje ibirwanisho, amubwira ati: «Sokora inkota yawe umpohoshe, kugira ntibaze bavuge ko umugore ari we yanyishe.» Nya muntu aca amucumita inkota, arapfa.
-