Abacamanza 10:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mugabo mwarampevye, musenga izindi mana+. Ni co gituma ntazokwongera kubakiza+.