Abacamanza 10:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mu nyuma Abamoni+ barakorana, bashinga ikambi i Gileyadi. Abisirayeli na bo bakoranira hamwe, bashinga ikambi i Mizipa.
17 Mu nyuma Abamoni+ barakorana, bashinga ikambi i Gileyadi. Abisirayeli na bo bakoranira hamwe, bashinga ikambi i Mizipa.