Abacamanza 10:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Abantu b’i Gileyadi n’abatware baho babwirana bati: «Ni nde atuja imbere mu kurwanya Abamoni+? Nace aba umukuru w’ababa i Gileyadi bose.»
18 Abantu b’i Gileyadi n’abatware baho babwirana bati: «Ni nde atuja imbere mu kurwanya Abamoni+? Nace aba umukuru w’ababa i Gileyadi bose.»