Abacamanza 11:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Yefuta+ Umunyagileyadi yari umurwanyi w’intwari. Se yitwa Gileyadi, akaba yamuvyaranye n’umumaraya.
11 Yefuta+ Umunyagileyadi yari umurwanyi w’intwari. Se yitwa Gileyadi, akaba yamuvyaranye n’umumaraya.