-
Abacamanza 11:2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Mugabo umugore wa Gileyadi na we nyene amuvyarira abahungu. Abo bahungu bamaze gukura baca bomora Yefuta, bamubwira bati: «Nta co uzotorana mu rugo rwa dawe, kuko uvuka ku wundi mugore.»
-