Abacamanza 11:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Mugabo Yefuta abwira abashingantahe b’i Gileyadi ati: «Si mwe mwanyanse mukanyomora mu rugo rwa dawe+? Kubera iki none muje kundondera ubu muri mu marushwa?»
7 Mugabo Yefuta abwira abashingantahe b’i Gileyadi ati: «Si mwe mwanyanse mukanyomora mu rugo rwa dawe+? Kubera iki none muje kundondera ubu muri mu marushwa?»