Abacamanza 11:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Yefuta rero ajana n’abashingantahe b’i Gileyadi maze abantu bamugira umukuru wabo n’umukomanda wabo. Nuko ivyo Yefuta yari yavuze vyose abisubiramwo imbere ya Yehova i Mizipa+. Abacamanza Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:11 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),4/2016, rup. 6-7
11 Yefuta rero ajana n’abashingantahe b’i Gileyadi maze abantu bamugira umukuru wabo n’umukomanda wabo. Nuko ivyo Yefuta yari yavuze vyose abisubiramwo imbere ya Yehova i Mizipa+.