Abacamanza 11:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ko Abisirayeli bamaze imyaka 300 baba i Heshiboni no mu dusagara tuhegukira*+, n’i Aroweri no mu dusagara tuhegukira, no mu bisagara vyose biri ku nkombe za Arunoni, kubera iki utigeze ugerageza kuhagaruza muri ico gihe+?
26 Ko Abisirayeli bamaze imyaka 300 baba i Heshiboni no mu dusagara tuhegukira*+, n’i Aroweri no mu dusagara tuhegukira, no mu bisagara vyose biri ku nkombe za Arunoni, kubera iki utigeze ugerageza kuhagaruza muri ico gihe+?