Abacamanza 11:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Amaherezo Yefuta ashika muhira iwe i Mizipa+. Aza abona umukobwa wiwe asohotse kumusanganira avuza akagoma yongera atamba. Ni we mwana wenyene yari afise. Nta wundi yari afise, yaba umuhungu canke umukobwa.
34 Amaherezo Yefuta ashika muhira iwe i Mizipa+. Aza abona umukobwa wiwe asohotse kumusanganira avuza akagoma yongera atamba. Ni we mwana wenyene yari afise. Nta wundi yari afise, yaba umuhungu canke umukobwa.