Abacamanza 11:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Amezi abiri aheze, agaruka kwa se hanyuma se ashitsa ivyo yaraganye ku bijanye n’umukobwa wiwe+. Uwo mukobwa ntiyigeze aryamana n’umugabo. Nuko ibi biba umugenzo* muri Isirayeli:
39 Amezi abiri aheze, agaruka kwa se hanyuma se ashitsa ivyo yaraganye ku bijanye n’umukobwa wiwe+. Uwo mukobwa ntiyigeze aryamana n’umugabo. Nuko ibi biba umugenzo* muri Isirayeli: