-
Abacamanza 12:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 baca bamubwira bati: «Turagusavye uvuge ngo Shiboleti.» Ariko we yaca avuga ngo «Siboleti», kuko atashobora kuvuga neza iryo jambo. Baca bamufata bakamwicira aho ku vyambu vya Yorodani. Uwo musi hapfa Abefurayimu 42.000.
-