-
Abacamanza 12:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Yefuta Umunyagileyadi yamaze imyaka itandatu ari umucamanza muri Isirayeli. Hanyuma arapfa, bamuhamba mu gisagara yabamwo i Gileyadi.
-