-
Abacamanza 12:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Yari afise abahungu 30 n’abakobwa 30. Abakobwa biwe abarungika kurongorwa mu yindi miryango, abahungu biwe na bo abasabira abageni 30 mu yindi miryango. Yamaze imyaka indwi ari umucamanza muri Isirayeli.
-