Abacamanza 13:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Umusi umwe, umumarayika wa Yehova abonekera uwo mugore, amubwira ati: «Umve, naho uri ingumba ukaba utagira umwana, uzosama inda uvyare umuhungu+.
3 Umusi umwe, umumarayika wa Yehova abonekera uwo mugore, amubwira ati: «Umve, naho uri ingumba ukaba utagira umwana, uzosama inda uvyare umuhungu+.