-
Abacamanza 13:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Imana y’ukuri rero yumviriza Manowa, maze wa mumarayika w’Imana y’ukuri asubira kubonekera wa mugore. Yari yicaye inyuma y’igisagara, umugabo wiwe Manowa batari kumwe.
-