-
Abacamanza 13:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Manowa aca arahaguruka ajana n’umugore wiwe. Ashitse aho nya muntu ari, amubaza ati: «Yoba ari wewe wavuganye n’umugore wanje?» Na we ati: «Ni jewe.»
-