Abacamanza 13:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Manowa aca amubwira ati: «Ivyo wavuze nibibe nk’uko nyene wabivuze. None uwo mwana tuzomurera gute+? Azokora iki?»
12 Manowa aca amubwira ati: «Ivyo wavuze nibibe nk’uko nyene wabivuze. None uwo mwana tuzomurera gute+? Azokora iki?»