Abacamanza 13:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ntaze arye ikintu na kimwe kiva ku mizabibu, ntaze anywe umuvinyu canke inzoga+ n’imwe, kandi ntaze arye ikintu na kimwe gihumanye+. Aze yubahirize ivyo namutegetse vyose.»
14 Ntaze arye ikintu na kimwe kiva ku mizabibu, ntaze anywe umuvinyu canke inzoga+ n’imwe, kandi ntaze arye ikintu na kimwe gihumanye+. Aze yubahirize ivyo namutegetse vyose.»