Abacamanza 13:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Haciye igihe, nya mugore avyara umuhungu maze amwita Samusoni+. Abandanya gukura, Yehova na we aguma amuhezagira.
24 Haciye igihe, nya mugore avyara umuhungu maze amwita Samusoni+. Abandanya gukura, Yehova na we aguma amuhezagira.