Abacamanza 14:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Samusoni amanukana rero na se na nyina i Timuna. Ashitse ku mirima y’imizabibu y’i Timuna, aza abona intambwe* iriko iraroha iza iyo ari.
5 Samusoni amanukana rero na se na nyina i Timuna. Ashitse ku mirima y’imizabibu y’i Timuna, aza abona intambwe* iriko iraroha iza iyo ari.