Abacamanza 14:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Samusoni aca aramanuka avugana na wa Mufilisitiyakazi. N’ico gihe nyene aguma abona ko uwo mukobwa ari we abereye+.
7 Samusoni aca aramanuka avugana na wa Mufilisitiyakazi. N’ico gihe nyene aguma abona ko uwo mukobwa ari we abereye+.