-
Abacamanza 14:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Aca abuhakurira mu biganza vyiwe, agenda araburya. Ashikiriye se na nyina, arabahako ngo barye, mugabo ntiyababwira ko yabuhakuye mu gikankara c’intambwe.
-