-
Abacamanza 14:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Nuko se wa Samusoni amanuka kuraba wa mukobwa, Samusoni aca agirirayo umusi mukuru. Ukwo ni ko imisore yakunda kugira.