Abacamanza 14:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ku musi ugira kane, babwira umugore* wa Samusoni bati: «Henda umugabo wawe+ atubwire ico ako gapfindo gasobanura. Ahandiho, mwe n’abo mu rugo rwa so turabaturira. Mbega mwadutumiye aha kugira mudusahure utwacu?»
15 Ku musi ugira kane, babwira umugore* wa Samusoni bati: «Henda umugabo wawe+ atubwire ico ako gapfindo gasobanura. Ahandiho, mwe n’abo mu rugo rwa so turabaturira. Mbega mwadutumiye aha kugira mudusahure utwacu?»