Abacamanza 14:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Hanyuma impwemu ya Yehova imuha inkomezi+ maze amanuka i Ashikeloni+, yicayo abagabo 30. Aca atora impuzu zabo aziha bamwe bapfindura ka gapfindo+. Araheza asubira kwa se ishavu rigera i mutwe.
19 Hanyuma impwemu ya Yehova imuha inkomezi+ maze amanuka i Ashikeloni+, yicayo abagabo 30. Aca atora impuzu zabo aziha bamwe bapfindura ka gapfindo+. Araheza asubira kwa se ishavu rigera i mutwe.