-
Abacamanza 15:1Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Haciye igihe, mu misi y’iyimbura ry’ingano, Samusoni aja kuramutsa umugore wiwe yitwaje umwagazi w’impene. Avuga ati: «Nshaka kuja kuraba umugore wanje mu cumba ciwe.» Mugabo se wa nya mugore ntiyamwemerera kwinjirayo.
-