Abacamanza 15:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Abagabo 3.000 bo muryango wa Yuda baca bamanuka kuri rya senga ry’urutare rwitwa Etamu, babwira Samusoni bati: «Ntuzi ko Abafilisitiya ari bo batuganza+? Kubera iki wadukwegeye?» Na we abishura ati: «Nabagiriye nk’uko bangiriye.»
11 Abagabo 3.000 bo muryango wa Yuda baca bamanuka kuri rya senga ry’urutare rwitwa Etamu, babwira Samusoni bati: «Ntuzi ko Abafilisitiya ari bo batuganza+? Kubera iki wadukwegeye?» Na we abishura ati: «Nabagiriye nk’uko bangiriye.»