Abacamanza 15:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mugabo bamubwira bati: «Tuje kugufata* kugira tugutange ku Bafilisitiya.» Samusoni aca ababwira ati: «Nimundahire yuko mwebwe ubwanyu mutaza kungirira nabi.»
12 Mugabo bamubwira bati: «Tuje kugufata* kugira tugutange ku Bafilisitiya.» Samusoni aca ababwira ati: «Nimundahire yuko mwebwe ubwanyu mutaza kungirira nabi.»