Abacamanza 16:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Inyuma y’ivyo, Delila abwira Samusoni ati: «Gushika ubu uguma umpenda umbwira ibinyoma+. Mbwira ico bokubohesha.» Samusoni aca amubwira ati: «Ufashe ibi bitsibo indwi vy’umushatsi wanje ukabijisha ukoresheje inyuzi zo kujisha impuzu*, vyokunda.»
13 Inyuma y’ivyo, Delila abwira Samusoni ati: «Gushika ubu uguma umpenda umbwira ibinyoma+. Mbwira ico bokubohesha.» Samusoni aca amubwira ati: «Ufashe ibi bitsibo indwi vy’umushatsi wanje ukabijisha ukoresheje inyuzi zo kujisha impuzu*, vyokunda.»