Abacamanza 16:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Nuko Delila amubwira ati: «Ushobora gute kuvuga ko unkunda+ kandi utarampa umutima wawe? Warampenze izi ncuro zitatu zose, ntiwambwira aho inkomezi zawe nyinshi ziva+.»
15 Nuko Delila amubwira ati: «Ushobora gute kuvuga ko unkunda+ kandi utarampa umutima wawe? Warampenze izi ncuro zitatu zose, ntiwambwira aho inkomezi zawe nyinshi ziva+.»