Abacamanza 16:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Abantu bamubonye, bashemeza imana yabo bati: «Imana yacu yaradufashije gutsinda umwansi wacu yatikije igihugu cacu+, akatumarira n’abacu+.»
24 Abantu bamubonye, bashemeza imana yabo bati: «Imana yacu yaradufashije gutsinda umwansi wacu yatikije igihugu cacu+, akatumarira n’abacu+.»