-
Abacamanza 16:25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Kubera ko bari baryohewe, bavuga bati: «Nimuhamagare Samusoni abe aratunezereza.» Bamukura rero mw’ibohero kugira ngo abe arabanezereza, bamuhagarika hagati y’inkingi.
-