Abacamanza 16:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Samusoni asemerera ati: «Reka mpfane n’Abafilisitiya!» Aca asunika izo nkingi n’inguvu ziwe zose, ya nyubakwa igwa kuri ba batware no ku bantu bose bari muri yo+. Kuri uwo musi Samusoni apfa, yica benshi kuruta abo yishe akiriho+.
30 Samusoni asemerera ati: «Reka mpfane n’Abafilisitiya!» Aca asunika izo nkingi n’inguvu ziwe zose, ya nyubakwa igwa kuri ba batware no ku bantu bose bari muri yo+. Kuri uwo musi Samusoni apfa, yica benshi kuruta abo yishe akiriho+.