-
Abacamanza 17:2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Umusi umwe abwira nyina wiwe ati: «Za feza 1.100 wabura ukavuma uwazitwaye numva, ni je ndazifise. Ni je nari nazitwaye.» Nyina aca amubwira ati: «Yehova aguhezagire mwana.»
-