Abacamanza 17:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Aca azisubiza nyina wiwe, maze nyina akuramwo ifeza 200 aziha umucuzi w’ifeza. Uwo mucuzi akora igishusho c’ikibazano n’igishusho gikoze mu cuma*, maze babishira mu nzu ya Mika.
4 Aca azisubiza nyina wiwe, maze nyina akuramwo ifeza 200 aziha umucuzi w’ifeza. Uwo mucuzi akora igishusho c’ikibazano n’igishusho gikoze mu cuma*, maze babishira mu nzu ya Mika.