Abacamanza 17:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Mika amubwira rero ati: «Niwigumire aha iwanje, umbere umujanama* n’umuherezi. Nzoza ndaguha ifeza cumi ku mwaka, n’umwambaro w’impuzu n’ivyo ufungura.» Uwo Mulewi aca arinjira mu nzu.
10 Mika amubwira rero ati: «Niwigumire aha iwanje, umbere umujanama* n’umuherezi. Nzoza ndaguha ifeza cumi ku mwaka, n’umwambaro w’impuzu n’ivyo ufungura.» Uwo Mulewi aca arinjira mu nzu.