Abacamanza 18:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Baraduga, bakambika hafi y’i Kiriyati-Yeyarimu+ mu Buyuda. Ni co gituma gushika n’uyu musi aho hantu bahita Mahane-Dani*+. Haherereye mu burengero bwa Kiriyati-Yeyarimu.
12 Baraduga, bakambika hafi y’i Kiriyati-Yeyarimu+ mu Buyuda. Ni co gituma gushika n’uyu musi aho hantu bahita Mahane-Dani*+. Haherereye mu burengero bwa Kiriyati-Yeyarimu.