Abacamanza 18:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Baca bava ng’aho baja mu karere k’imisozi ka Efurayimu, bashika kwa Mika+.