Abacamanza 18:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Baca barahagarara, maze baja kwa Mika aho wa musore w’Umulewi+ yaba, bamubaza amakuru yiwe.