Abacamanza 18:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ba bagabo batanu bari bagiye gusuma urusaku i Layishi+ binjira gutora ca gishusho c’ikibazano, ya efodi+, vya bigirwamana vy’umuryango*+ na ca gishusho gikoze mu cuma*+. (Wa muherezi+ yari ahagararanye na ba bagabo 600 kw’irembo.)
17 Ba bagabo batanu bari bagiye gusuma urusaku i Layishi+ binjira gutora ca gishusho c’ikibazano, ya efodi+, vya bigirwamana vy’umuryango*+ na ca gishusho gikoze mu cuma*+. (Wa muherezi+ yari ahagararanye na ba bagabo 600 kw’irembo.)