Abacamanza 18:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Binjiye kwa Mika bagatora ca gishusho c’ikibazano, ya efodi, vya bigirwamana vy’umuryango* na ca gishusho gikoze mu cuma*, nya muherezi ababaza ati: «Ivyo mugira ni ibiki?»
18 Binjiye kwa Mika bagatora ca gishusho c’ikibazano, ya efodi, vya bigirwamana vy’umuryango* na ca gishusho gikoze mu cuma*, nya muherezi ababaza ati: «Ivyo mugira ni ibiki?»