Abacamanza 18:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Nya muherezi arabishima, aca afata ya efodi na vya bigirwamana vy’umuryango* na ca gishusho c’ikibazano+, ajana na bo.
20 Nya muherezi arabishima, aca afata ya efodi na vya bigirwamana vy’umuryango* na ca gishusho c’ikibazano+, ajana na bo.