Abacamanza 18:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Abadani basubizayo bati: «Ntimusubire kuturenza urwamo, ahandiho abagabo bishavuriye* bohava babasimbirako, maze wewe n’abo mu rugo rwawe mukahasiga ubuzima.»
25 Abadani basubizayo bati: «Ntimusubire kuturenza urwamo, ahandiho abagabo bishavuriye* bohava babasimbirako, maze wewe n’abo mu rugo rwawe mukahasiga ubuzima.»